SWAGGER TEAM+257 wanejereje abantu kuri Lycee du Lac Tanganyika ntibari kuririmba ngo TAYANNA yari yabuze”SISTER”wiwe


Umurwi w’abaririmvyi SWAGGER TEAM+257 usanzwe unezereza abantu benshi bakunda indirimbo zabo canecane nk’indirimbo IMVURA Y’I BABY  kuvaho basohoreye Video yayo n’uko uwo murwi waraye wishikiye mugiteramo batumiwemwo kw’ishure Lycee du Lac Tanganya hari kuruyu wa gatandatu kw’igenekerezo rya 14/05/2016 kandi bavyifashemwo neza cane nkuko abaraho baguma babivuga baravye ukuntu banezerezwa mu kuririmbirwa.

Swagger Team+257 bashoboye kuryohera abantu benshi cane gose bari isinzi aho kuri Lycee du Lac Tanganyika barashoboye kunezerwa kumva  indirimbo nyinshi baririmbiwe banabona amaso muyandi abaririmvyi ba Swagger Team+257 bari kuri Stage vyari ibintu biteye igomwe abariho bose barashimye ukuntu bateramishwe bararyohewe kumva indirimbo zabo.

13220695_2121895994755620_3590378649270728161_oUno murwi w’abaririmvyi Swager Team+257 bari barindiranywe igishika cinshi n’aba fans babo bashikiye kuri Lycee du Lac Tanganyika mugisagara ca Bujumbura benshi bari baziko bashobora kuronkeraho akaryo ko kwibonera amaso muyandi umwigeme arimuruwo murwi benshi bazi kw’izina ry’uburirimvyikazi TAYANNA abaryohera cane ukuntu aririmba na benshi batanguye gukunda ukwaririmba mundirimbo Imvura y’i Baby.

Umwigeme TAYANNA wo mumurwi Swagger Team+257 kenshi niwe yitabira igitero c’indirimbo zabo bamaze gusohora aho aba fans babo baguma bitezeko baza kumubona muri co giteramo  kw’ishure Lycee du Lac Tanganyika barimaze kubona bamwe mu baririmvyi bawugize  kuri Stage niho kubona ko wa mwigeme atawurimwo bibajije vyinshi n’impamvu yatumye ataza.13246412_2121896054755614_4526694480933199748_oTwayaze n’umuririmvyi wa SWAGGER TEAM+257 yavuze impamvu yatumye umuririmvyikazi TAYANNA adashika mugiteramo bakoreye kuri Lycee du Lac Tanyanyika kuko aba fans babo ntimubonye abaririmbira bayoherwe benshi bashaka kubona aririmba mundirimbo Imvura y’i Baby ariyo ibaryohera cane kumva kurusha izindi zose bakoze.

Swagger Team+257 ngo ico giteramo bakoreye kuri Lycee du Lac Tanganyika baduhaye ikiganiro bamenyesheje impamvu yatumye Tayanna atahashitse ni kubera ku munsi wa gatanu wi yindwi niho  yabuze  umu” SISTER” wiwe mu kwita uwamuremye niyo mpamvu abantu batashoboye kubona mugiteramo nkuko bari biteze kumubonamwo aririmba.

13083140_465185300348569_1704148697902729054_n
TAYANNA

Umurwi w’abaririmvyi Swagger Team+257 wahavuye uvuga ko ntibari kuririmba mugiteramo kuruyu wa gatandatu wiyi ndwi kuri Lycee du Lac Tanganyika kubera umwigeme Tayanna yari yabuze umuntu wo mumuryango iwabo nubwo baririmvye bakaryohera abantu benshi mu kubaririmbira indirimbo zabo gusa n’uko bagize akantu kitwa HONNEUR bagakoze  mu kunezera aba fans babo benshi baribitabiriye igiteramo.

13164384_2121896121422274_2376006830601654952_n

 

Ikinyamakuru http://www.yagatv.wordpress.com turahohejeje umurwi w’abaririmvyi Swagger Team+257 kuvyashikiye umushiki aho umwe muri bo yabuze umu “SISTER” wiwe nawe turamuhojeje mbega nk’umunywanyi w’indirimbo zabo womubwira iki mu kumuhoza abandanye kwihangana uno mwigeme Tayanna?

 MURABE AYANDI AMAFOTO MENSHI YA Swagger Team+257 WARAYE UBICIYE BIRACIKA MUGITERAMO BATUMIWEMWO KURUYU WA GATANDATU KURI LYCEE DU LAC TANGANYIKA 

13217220_2121942508084302_5089422966967769560_o 13247672_2121942394750980_360715266515546961_o 13256372_2121942348084318_7605528327176634385_n 13241334_2121942304750989_2459517163655196595_n 13221299_2121942258084327_220501488562096053_o 13235293_2121942484750971_3467166887312588701_o

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s