Mbega BIG FIZZO uyo ni umukuru w’igihugu c’uburundi yaraye ashitse i Bujumbura ni Michael Jackson wa kabiri?


Ntahandi muzokura amakuru agezweho mu muziki w’uburundi atari kuri http://www.franckprom.wordpress.co ,aho igihangange mu muziki w’uburundi ni Umuririmvyi BIZZO FIZZO yaraye ashitse kw’igenekerezo rya 14/05/2016 mugihugu c’uburundi bwamwibarutse nyuma y’imyaka 2 yose yariheze adahonyoza ikingere mugihugu abantu benshi bari bamukumbuye abateramishe mubiteramo vyaha i Bujumbura rero ibintu vyaraye bishitse mu bantu benshi babomonye batanguye kongorerana ngo mbega Big Fizzo yoba ari Umukuru w’igihugu  c’uburundi ashitse ?

ico nico kibazo umuntu wese yaguma yibaza kw’ishure ryitiriwe Ikiyaga Tanganyika aho bari baramutse bahimbaza umusi mukuru w’imicokama n’inkino nkuko iryo shure ryama ribigira uko umwaka utashe ,ico kibazo caje ku kugene umuririmvyi Big Fizzo yari yitezwe n’abantu isinzi n’ingene bamugiriye *Protocole* ikomeye yari akikujwe n’igipolisi cinshi kumpande zose abantu bose bagenda bakoma induru aho ni mugihe yari mumdoka iriko iragenda umujanye ahari kubera igiteramo kw’ishure rya Lycee du Lac Tanganyika.

13235623_2121860504759169_2810594094677922879_oArinaryo ryamuzanye mugihugu guteramisha abanywanyi mu muziki w’uburundi n’aba fans biwe bose bari bamukumbuye umu superstar Big Fizzo kuri we cortège yiwe yari icunzwe n’abapolisi benshi bafise ibirwanisho vya rutura, ntaho “cortège’ yiwe yari itandukaniye n’uy’Umukuru w’igihugu ku bazi ibintu n’ibindi bavuze bati “Uyo muririmvyi ntabwo asanzwe, kuko umengo ni Michael Jackson eka ni General nyene mu  muziki, ni Michael Jackson wa kabiri.”

Babandanije mukurangiza bavuga ati: ” Imana yamuduhaye nimudutungire, abandanye atera iteka igihugu ciwe c’uburundi camwibarutse.”

13237736_2121866651425221_1531014112810542513_n

Mbega munywanyi mu w’uburundi wumvise ivyaraye bibaye mugihe igihangange mu muziki w’uburundi,Big Fizzo ashitse mu Burundi  bwamwibarutse aho abantu bamutegereye bose bamugereranije n’umukuru w’igihugu c’uburundi  kubwawe wo mu mbwira ijambo nyabaki nk’umu fans wiwe  nkuko uvyibonera nawe mumafoto ukuntu yari akukijwe n’igipolisi mugucungerwa umutekano?

RABA AMA VIDEO Y’UKUNTU BAMWAKIRIYE ACUNGEREWE UMUTEKANO N’IGIPOLISI C’UBURUNDI UVYIBONERA NEZA N’AMASO YAWE MUNYWANYU MU MUZIKI W’UBURUNDI


Posted By EDMOND ROSSIF

Advertisements

One thought on “Mbega BIG FIZZO uyo ni umukuru w’igihugu c’uburundi yaraye ashitse i Bujumbura ni Michael Jackson wa kabiri?

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s