LOGO dukoresha mu umuziki w’uburundi yabonetse ushaka kuyishira kuri”COVER,AFFICHE”wironkere SPONSOR


Twashaka kumenyesha abaririmvyi , abaririmvyikazi ,hamwe n’abantu mutegura CONCERT mwese mu bikorwa vy’umuziki w’uburundi ko kubazaniye LOGO yacu nshasha  umenyekanishe ibikorwa vyawe ukora ushakako tubipromotimga “PROMOTION” muba mugomba gurakora mushaka iyo Logo yacu kuyishirako muma “Cover Photo”zanyu ntimwitinye tuguhe “SPONSOR”ibafasha mu gukwiragiza ibikorwa vyanyu mu Burundi bwose no hanze y’igihugu vyose tubukora mu guteza ivyukora uba ushikirije aba fans bawe.

Iyo LOGO yacu nshasha tugiye gukoresha mu muziki w’uburundi bwacu guhera uno mwanya nyene tubibamenyesheje n’uko yamaze kuboneka ukeneye kuyimenya aho uzoyibona hose rero igizwe n’ibendera ry’igihugu c’uburundi bwacu yanditseko amajambo avuga ngo TEAM+257 FRANCK Pro n’utumenyetso dutoduto tw’umuziki ntigoye kumenya uyibonye ahantu.

IMG-20160514-WA0002Nkuko mubibona namwe ngaha aho twayibashireyeko ibi vyose bikaba biriko bikorwa n’umupromota FRANCK Pro aho arikumwe n’abamenyeshamakuru/kazi batagira imbibe biwe bagize umurwi wiwe mushasha witwa” TEAM+257 FRANCK Pro” bakorera mugisagara hamwe no hagati mugihugu c’uburundi.

Turangize tubamenyesha y’uko LOGO yacu nshasha iri k’umugaragaro turabwira Umuririmvyi canke Umuririmvyikazi n’abantu bategura ama Concert abafise ama COVER”ya Affiche mushaka gushirako Logo z’ibinyamakuru bimenyekanisha umuziki w’uburundi bibafashe gupromotinga cane kugira muronke abantu bayitabira baje kurorera ibiro n’uko kimwe twoba mbwira ko mukeneye iyo LOGO yacu ntimwitiye kuyishirako tuzoheza tubafashe natwe kuko urabishoboye cane kandi ijana kw’ijana (100% )turayipromotinga.

13164387_2121616611450225_8686949667505312670_n

Abaririmvyi n’abaririmvyikazi mutegurirwa cangwe babategurira Concert twamaze kubabwira ukuntu Logo yacu imeze nibiyiranga uyishaka vyihuta uzoza urayisanga kurubuga rwacu http://www.yagatv.wordpress.com iri hejuru uhita uyisavinga ukayishirako canke uyikeneye vyihuta ushobora kwandika Big FRANCK Promoted kuri FACBOOK yacu yitwa FRANCK Pro umwandikiye INBOX muraganire unashaka kwagufasha gukomeza amenyekanisha ibikorwa vyawe arabikora atakibazo ni kubuntu ntaco dusaba.

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s