Dutoze LOGO twokoresha mu makuru agezweho mu muziki w’uburundi


Nka FRANCK PRO niyimeje dikumwe na TEAM+257 FRANCK Pro yanje mu gukomeza dutanga amakuru agezweho mu muziki w’uburundi nugukora cane gose twitwaje icivugo cacu DUTEZE IMBERE UMUZIKI MU BURUNDI ndashaka ndambaze haba mu banywanyi mu muziki w’uburundi hamwe n’abaririmvyi/kazi mbega mubona twokoresha iyahe LOGO.

Muri zi twakoze zizoja mumafoto twafotoye y’abaririmvyi n’abaririmvyikazi mugihe bakoze CONCERT canke twagirane ibiganiro nk’iliganiro vuba tugiye gutangura mukunda cane citwa YAGA SHOW ubu muzohora mukibona no kuri YOU TUBE.

IMG-20160514-WA0004

Ndashaka mu mfashe gutora LOGO imwe mubonako ariyo nziza cane ikwiriye ko twokwama dushira mu makuru agezweho mu muziki w’uburundi tuzokwama dutanga canke iyo abategura CONCERT bashaka gushira ko LOGO yacu kuri affiche za Concert.

Mu gushikirana nkuko tuhora tubafasha gupromotinga mumbwire LOGO mutoye abe ariyo tuzohora dukoresha ibihe vyose muratora nimba ari A , B turabe iyo mwashimyee kandi iyitorwa cane niyo mutora cane  iyo dukoresha.

IMG-20160514-WA0002
B
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s