BLACK ARTHUR w’akaga Videoz aracabandaya akazi k’uburirimvyi abazaniye indirimbo nshasha ikorewe kwa SULEX TOUCH


Umuhinyanyuzi BLACK ARTHUR wama Video y’abaririmvyi n’abaririmvyikazi naba East Africa nkuko amaze gufata amasanama menshi y’indirimbo nyinshi ndundi ataraja kuba mugihugu ca Kenya harimwo niz’ibihangange mu muziki w’uburundi niwe yafashe amasanamu muri Video NIKO SAWA ya BIG FIZZO ikirindiranywe igishika cinshi n’abantu benshi kuva mu mwaka 2014 bashaka kuyiraba baracibaza icatumye idarasohoka barabuze.

BLACK ARTHUR atwara  AKAGA VIDEOZ uy’umwaka ahoboye kugaragara ko yinjiye muwundi mwuga mu vy’umuziki w’uburundi n’uko asigaye ari umuririmvyi akora indirimbo ziwe aho mumezi aheze yasohoye Video y’indirimbo yise My Everything ayikoranye n’umuririmvyikazi ASHLEY ikibandanya ikundwa n’abantu benshi baguma bayiraba banashimye ukuntu ikoze neza irabashimisha kuraba.

11951355_580819395392081_4033785272207099626_nKuri we ngo abandanya aririmba nkuko amaze gukora Video yambeye y’indirimbo,agarutse mu gukora iyindi ndirimbo nshasha ndundi azoyishora muminsi  kandi ayikoreye mugihugu ca Kenya iyo amazeyo hafi umwaka umwe n’amezi ngo amenyesha abashaka kuyumva y’uko bayirindire azoyishire k’umugaragaro sikera murayumva nkuko mwumvirije indirimbo My Everthing  yatanguriyeko ayisohorana Video icarimwe na Audio.

Umuhinyanyuzi Black Arthur akorera Video muri Akaga Videoz ,akongera akaba umuririmvyi ngo ibijanye n’ugusohora indirimbo yiwe nshasha abibamenyesheje uno munsi  yavuze y’uko arikuyikorera k’umuhinyuzi SULEX TOUCH ahinyanyura neza indirimbo ikaryohera abayumvise aramaze guhinyanyura niz’abaririmvyi n’abaririmvyikazi agikorera mu Burundi ariko ubu akorera mugihugu ca Kenya nawe arahamazeyo imyaka itari myinshi.

13239437_672505929556760_3011462258103534623_nIyo ndirimbo nshasha ya Black Arthur abambwira ko izoba yitwa MISS YOU akongera akabandanya avuga ko iracakorwa neza ishobore gusohoka imeze neza izoryohere abantu bazoyumva bakagira ico bavuze  bamaze kuyumva ukuntu yayikoreye kwa SULEX TOUCH ubu ngo irimunzira iracaza izobashikire neza vuba “coming soon” murayirindirana igishika cinshi imbere y’uko  ayibashikiriza mukayumva rero igikorwa cayo kiriko gikorerwa mugihugu ca Kenya neza na neza mugisagara ca Nairobi.

13179037_672505949556758_9158630684009802306_n

My Everything By Black Arthur Ft Ashley

NGIYO VIDEO TWARONSE YASHOBOYE   Black Arthur GUFATA AMASANAMU Y’UMU ARTIST WO MURI EAST AFRICA MUSIC

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s