Imyiteguro irabandanya mu baririmvyi bazofadikanya na BIG FIZZO mugiteramo kuri Lycee du Lac Tanganyika


PREEZE36 NI UMWE MU BARIRIMVYI BAKORA BISHIMISHIJE CANE NGAHA MU BURUNDI AKABA ARIRIMBA MU MUDIHO WA RAP. PREEZE36 rero ni umwe mu baririmvyi batumiwe mu giteramo kizobera kuri LYCEE DU LAC TANGANGIYIKA muri journée culturelle et sport.

MUTI RERO ARIKO YITEGURA GUTE?

13087296_1268775016484801_7055186672537913377_nIKINYAMAKURU CACU nkuko gisanzwe gifise abamenyeshamakuru bari mu gihugu c’uburundi haba mu gisagara no hagati mu gihugu caragendeye imwe muma imprimerie ari ngaha mu burundi mu gisagara ca Bujumbura aho casanze umuririmvyi Preeze 36 yaje GUKORESHA AKANTU TWISE SURPRISE vyabonetse ko imyiteguro iwiwe imugejeje kure cane gose tudashoboye kubamenyesha ngaha kuko ari  agakemanyi “surprise” abateguriye muri ico giteramo.

13124448_1268774986484804_3703327203867401751_nAbazoza bakazobona iyo surprise iyariyo twemeye kuzoyibashikiriza vuba igiteramo kirangiye aho tuzobereka amafoto n’uko bizogenda ay’amakuru agezweho tuzobandanya tubashikiriza tunababwira uko igiteramo cagenze n’i vyashoboye gukorekwaho

PREEZE36 rero ngo ntazovyorosha kuko ngo ibi surprise ari vyinshi kuko imyiteguro yiwe idasanzwe akamenyesha ko inguvu azanye mu muziki w’uburundi zidasanzwe. Agasaba aba fans biwe kuza ari benshi kuko azobanezereza yabateguriye udu surprise twinshi cane ni aho bukera kuruyu wa gatandatu igenekerezo rya 14/05/2016 azobica bigacika mugiteramo yatumiwemwo nkumu mutumurwa

13100934_2116747745270445_925421325984450102_n (1)

Nkuko ikinyamakuru cacu ciyemeje guteza imbere umuziki w’uburundi ntaco tutagiye gukora ngo DUTEZE IMBERE UMUZIKI W’UBURUNDI BWACU nkuko icivugo cacu kibisigura.

Posted by Ezechiel NDIKUMANA

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s