FABRICE NDAGIJIMANA UMUKINYI AKIRI MUTO AKINA NEZA KANDI ATSINDA


NDAGIJIMANA FABRICE NI UMUKINYI AKIRI MUTO AKINIRA EQUIPE FLAMBEAU DE L’EST

12829413_1702193290048903_6316752306806621095_o

URAVYE ukuntu akina umupira aboneka ko afise kazoza keze cane mu mupira w’amaguru mu Burundi aho yama atangaza benshi muri uwo murwi. Bamaze kubona ko afise kazoza keza mu mupira w’amaguru mu burundi, benshi batanguye kwifuza kumugura ariko ntiturashobora kumenya umurwi ukeneye kumugura.

12191366_1707287142872851_8400584815089772767_o

Fabrice NDAGIJIMANA ariko arakina uwitegereje neza iyo ariko arakina aracenga cane mbere benshi bamugereranya na LIONEL MESSI UMUKINYI WA FC BARCERONE MU GIHUGU CA ESPAGNE kuko asanzwe akinisha ukuguru kw’i bubanfu.

12829116_1702188536716045_1524998981440818544_o

Twobamenyesha ko aho umurwi wiwe FLAMBEAU DE L’EST WAHURA na VITALO’O aho Vitalo yatsinzwe 1-2 vya FLAMBEAU DE L’EST igitsindo kigira kabiri catsinzwe na Fabrice NDAGIJIMANA. 12794972_1701092046825694_2218373304297382318_o

vuba tugiye kubaha amakuru atomoye kuri uwo mukinyi afise kazoza keza mu mupira w’amaguru mu burundi.

Posted by Ezechiel NDIKUMANA

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s