LISSA mushasha muri Gospel akuzaniye indirimbo nshasha ngo muminsi iza VIDEO nayo izosohoka ikorewe kwa CHERIF PRO


Nkuko tumaze iminsi tubabwira y’uko uno mwaka mu muziki w’uburundi haguma havuka abantu benshi bafise ingabirano zukuririmba mu gihe baza bazanye ibikorwa  bishasha ba bazanye n’uko kuvutse Umuririmvyikazi mushasha muri Gospel akora indirimbo mpimbaza Imana zonyene ashobora guhezagira abantu benshi bazoza barumviza indirimbo azokora uno mwaka n’iyindi myaka irimbere nkuko muza kuvyumva mundirimbo yiwe yambere atanguriyeko gusohora mu kuyibaha ibahezagire abantu bose mugomba kuyumviriza.

Uwo muririmvyikazi ni mushasha  bamwita LISSA niho agitangura kugaragara mu gushira ahabona indirimbo ziwe z’ihimbaza Imana kuko ahora aziririmba gusa muri Choral arimwo guhera uno mwanya ashimye gushira ubwambere indoto ziwe zambere mu gutangura neza abazaniye agakemanyi gashasha abantu bakunda indirimbo za Gospel zibahezagira kuko nawe aracari mushasha mu muziki w’uburundi mu baririmvyikazi bamenye cane baririmba indirimbo zihimbaza Imana.

13161758_850292791771065_1181496196245186466_oIyo ndirimbo yiwe nshasha ndundi ihimbaza Imana y’umuririmvyikazi LISSA ngo ni yambere atanguriyeko gusohora abazaniye ije kw’izina “LAY DOWN” ibahezagire abakizwa ntabatari abakizwa mwese murahezagirwa ibaremeshe n’indirimbo yakoze neza ayitondeye irimwo ubutumwa bwiza bw’amajambo y’Imana yasizwe amavuta ya Mpwemu Yera,ntigucikwe yumve uhezagirwe umumve ingabirano afise mu kubandanya akorera Imana abaha indirimbo za Gospel.

Tworangiza tukubwira ko Umuririmvyikazi Lissa asanzwe ariwe mwigeme asigaye asohokana n’umuhinyanyuzi wama Video mu Burundi benshi bazi kw’izina rya Dorector CHERIF PRO aho yatumenyesheje y’uko vuba harimwo amasanamu amwe ya Video nziza cane gose isukuye y’indirimbo LAY DOWN izonezera  abantu benshi bazoyiraba yamaze gutangura gukora muzohezagirwa mukarema mumitima yanyu nkuko muza guhezagirwa ubwambere uno mwanya nyene mwumvirize Audio mu kurindira isohoke Video.

13112964_1220261147985873_7819169161485096256_o
LISSA & CHERIF PRO

Nta gihe kirekire ngo isigaje muzoyirabe Video y’indirimbo Lay Down ya LISSA aho ashoboye kubumvisha iryambere“Audio”aho aririmba ahimbaza Imana ayisaba imufashe mubintu vyose arimwo bimubera intambara mu gihe abona igifungu mumaso agacika intege akabura ico afata akabona umuco umurasiye ijuru ryugurutse amaganya yose agakurwaho atangura kumva umunezero tukubwire y’uko itogucika kumva ube urarindira muminsi iza mwirabire Video Lay Down.

RABE AMWE MUMASANAMU AZOBONEKA MURI VIDEO NSHASHA Y’INDIRIMBO –

Lay Down By Lissa

13179204_2120265724918647_7312793079537493881_n 13179214_2120265674918652_7937056455494960688_n

13221219_2120265751585311_5937990565468225185_o

13147810_2120265701585316_2742391880627428888_o

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s