INDIRIMBO NSHASHA Y’UMURIRIMVYI SWAIBA 4REAL YISE WARIDI


12045224_1629582823971082_8026488621912102146_o
SWAIBA 4REAL NI UMURIRIMVYI ATAVYOROSHA CANE AJE AFISE INGUVU ZIDASANZWE. Ni umuririmvyi w’umurundi aririmba mu ndimi zose amaze no gusohora indirimbo nyinshi cane.

Aheruka gushira ahabona indirimbo nshasha yise WARIDI. Benshi mu bamaze kwumviriza indirimbo ziwe baravuga ko afise kazoza keza kuko bamwe bamugereranya nk’abaririmvyi bo muri gihugu ca TANZANIE kuko asanzwe yarabayeyo aho yari yagiye kubayo nk’impunzi.

Iyo ndirimbo yiwe rero igiye kuja kuri uru rubuga rwacu vuba kuko twamaze kuyironka ikaba ari indirimbo iryoshe ikozwe mu buhinga bugezweho.

Tumubajije aho yayikoreye yatubwiye ko yayikoreye muri studio yitwa DANCE RECORD MUSIC hamwe n’umuhinyanyuzi akomeye cane yitwa TAMBO PRO. Twaramubajije n’igituma akunda gusohorera muri iyo studio aca atubwire ko yakunze ukuntu uwo mu producteur amukorera indirimbo ziwe kandi zigakundwa cane na cane cane aho avuka mu rumonge. Twobamenysha ko uwo muririmvyi ariko ategura izindi ndirimbo nyinshi agiye gushira ahabona.

12118621_1628611464068218_39375776724410105_n

 

by Ezechiel N. 10/5/2016

 

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s