BAIN’TEN abamenyesha kw’itariki 28/05/2016 azosohora indirimbo nshasha irikumwe na Video muyirindire muri benshi


Umuririmvyi BAIN’TEN kino gihe ariko arakora neza mu muziki w’uburundi aho aheruka gusohora Video nshasha y’indirimbo yise STISTER DEBORAH  mu kuyiha aba fans biwe hamwe n’abanywanyi mu muziki w’uburundi benshi barayikunze kuva igisohora k’umugaragaro gushika nuno mwanya iyo Video yiwe ikomeza gukora neza mu bantu bayiraba ngo yagarutse ubugira kabiri kubandanya abaha nizindi Video nziza zibanezera.

Amaze kuyishira ahabona Video Sister Deborah  yaciye aba araja mugacerere kubera ngo aba fans biwe bararyohewe n’igikorwa aheruka kubaha barabaryohewe ubu naho aramenyesha y’uko asubiriye kuvyuka agarutse abazaniye ikindi gikorwa gishasha kizobanezera  bacitegurire kare ari benshi nko mundwi zibiri gusa  azoba ahejeje gukora vyose.

13174119_1734927696752437_3086984407324638113_nNgw’ico gikorwa mucitegurire cane kuko aje atavyorosha agarutse abamenyesha y’uko ari mu myiteguro atunganya neza mu kuzobaha indirimbo nshasha ndundi  yatanguye gukora kandi abamenyesha ko azoyisohorera rimwe na Video mu kubandanya ateza imbere ibikorwa vyiwe mu muziki w’uburundi anazereza aba fans biwe bose aho bari hose ngo mu yirindire igishika cinshi.

Umuririmvyi Bain’Ten aravuga y’uko agarutse abazaniye iyo ndirimbo nshasha  ndundi  vuba muzokumviriza muaraba izoba yitwa NIWEWE ayikorera k’umuhinyanyuzi JIGGER Pro  mu kumbwira abantu bose bakunda Video yiwe STISTER DEBORAH  mwakomeje kuyiraba muri benshi ikabashimisha ko niyindi izobanezera kurusha uko mwabonye iyambere aherutse kubaha.

13147630_1734927743419099_5077377313494417363_oUbu ngw’abaye abarabumvisha cover y’indirimbo NIWEWE nshasha yabateguje mube mura yirindira muri benshi mwumve uburyohe burimwo muheze muvuge uko muyiteguriye mu kuzoja k’umugaragaro ifise Audio na Video ikindi aremeza neza hatarenze itariki 28/05/2016 niho azoba yatanguye gukora imyiteguro ya Video Niwewe ngo mugume muyitegurire muri benshi kuzoyiraba mu zoryoherwa kuko azoyikora neza mugashima.

Niwewe By Bain’Ten

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s