JIMMY JAY yamenyekanye mundirimbo”NO MONEY NO LOVE”ahisemwo gukorera Umwami YESU azanye gospel style HIPHOP


Umuririmvyi JIMMY CAY yahora akora indirimbo zisanzwe atarizo guhimbaza Imana “GOSPEL” aho yamenyekanye cane gose mundirimbo yiwe ndundi yitwa NO MONEY NO LOVE yarakunzwe n’abantu benshi barashoboye kuryoherwa nizindi nyinshi ziwe yampa asohora ubu amakuru agezweho mu muziki w’uburundi turaonse avuga y’uko yamaze guheba kuririmba indirimbo nkizo ahubwo yahisemwo kwihebera Umwami Yesu nk’umukiza wiwe mu buzima bwiwe kuzokwama amukorera amutazira aho kuririmba indirimbo ndundi atamutazira.

Ukwakira Umwami Yesu nk’umukiza  wiwe mu buzima uno muririmvyi JIMMY JAY yemeza y’uko yamaze y’uko y’amuhisemwo ku mukorera amutazira mundirimbo mpimbaza Imana “Gospel” akavuga ko yanamaze gutangura bimwe mu bikorwa vyo kumukorera mundirimbo za Gospel azokwama akora umudiho uri muri style HIPHOP niyo abanywanyi b’indirimbo zihimbaza Imana hamwe n’abanywanyi mu muziki w’uburundi bari bamumenyereye abaha indirimbo zibaryohera ndundi ubu muzokwama mumwumva ukonyene asohora indirimbo za Gospel.

1462814150229

Umuririmvyi Jimmy Jay mu kubandanya amenyesha abantu bose bari bamuziki ubwambere atarakira Umwami Yesu nk’umukiza wiwe y’uko bo kwitegurira indirimbo nshasha ndundi ihimbaza Imana aheruka gukora nyuma yuguhitamwo Umwami Yesu ngo yaramaze kuyiheza kuyikora agomba kuyisohora ikoze muri style HIPHOP niyo aheruka guheza gukora icuro yambere kuvaho yinjiye mu baririmvyi bakora indirimbo za Gospel mu Burundi.

Mu gihe twaganira n’umuririmvyi Kimmy Jay yagize ico atubwira ingene agomba gusohora indirimbo yiwe nshasha ndundi ya Gospel yavuze ati “nashaka kubarungukira indirimbo nshansha mperuka gukora ya gospel style HIPHOP nkaba nahisemwo kwizera umwami Yesu nkumukiza wanje ” uko y’ashoboye kubitwiganira aho yarahejeje kutumenyesha kw’agomba kuduha indirimbo yiwe nshasha aherutse gukora ihimbaza Imana.

13010868_1781802898723103_7897717855193695481_n

Kugira ashobore kuyibashikira aba fans biwe batari bwamenye y’uko yamaze yahisemwo Umwami Yesu nk’umukiza wiwe akamwizera mu Buzima twobabwira muri ndirire muri benshi kumva iyo ndirimbo yiwe nshasha tugiye kuzoyibashikiriza mumisi irimbere muyumve aho igikorwa cambere ciwe c’ugukorera Imana ayitazira akava mundirimbo ziwe bita abantu benshi ngo niz’isi.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s