UMUMENYESHAMAKURU AJE GUTEZA IMBERE UMUZIKI W’UBURUNDI MU KUMENYEKANISHA IBIKORWA VYABO


 

 

12986983_1734821266729817_7229546657467727578_nAravuga ko ataco atazokora kugira amenyekanishe umuziki w’uburundi mu BURUNDI NO MU MAKUNGU.

Vuba agiye kwegera abaririmvyi aho bari hose mu kumenyekanisha ibikorwa vyabo abasanze aho baba, muma concert”IBITERAMO” n’ahandi hose hashoboka mu ntumbero yo kumenyekanisha ibikorwa vyabo. Aje n’umwete mwinshi aho avuga ko ata giteramo kizomucika.

Muzomumenyera ku bimuranga aho azogendera abaririmvyi yambaye ico bita badge igaragaza ibikorwa akora hamwe n’ikinyamakuru akorera arico www.yagatv.wordpress.com kigizwe n’umurwi witwa TEAM +257 FRANCK PRO candikira kuri INTERNET

Agiye gutanga vuba adress yiwe mumukeneye muzomurondere kugira mumuhe amakuru y’ibikorwa vyanyu kugira abimenyekanishe ku rubuga ngurukana bumenyi INTERNET.

Journaliste
NDIKUMANA Ezechiel

1918435_1698498633695414_6466871882979498843_n

Rero mwitegure kumwakira mu gihe azobagendera ashaka kubabaza ibijanye n’umuziki mukora kandi agasaba ababishaka bose kumuhamaga mu gihe mufise ico mumushikiriza.

13178890_1740820786129865_722811981099408990_n.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s