CHRIS na JUNOIR bashasha mu muziki w’uburundi aho bahora mugacerere bagarutse bakuzanye AUDIO&VIDEO warubizi?


Ibihangange mu muziki w’uburundi ba bana  batoya batavyorosha baryohera abantu benshi mundirimbo bakora ni abaririmvyi CHRIS na JUNOIR batoya bavukana munda imwe   bakunda kwivugira ngo NTAKUNDI babivuga kenshi mundirimbo zabo bahora basohora kandi n’abantu bararyoherwa iyo bakumvise ngo ubu bagarutse bazanye ibintu bishasha bizokuryohera mu fans wabo mu muziki ndundi.

Bano baririmvyi Chris & Junior ngo bari bamaze igihe kinini cane  mugacerere badashikiriza ibikorwa bishasha abanywanyi mu muziki  w’uburundi  aho baguma bibaza iyo bagiye gushika uno mwanya kuko bakumbuwe kubumva mundirimbo kubera umwaka 2016 nta muntu yari bwavumve bwashoboye nko gusohora indirimbo  nshasha ndundi na Video.

13173005_2119156011696285_3577349215810543140_oAbo bana  b’abaririmvyi Chris na Junior nkuko bakomeye cane mu muziki w’uburundi mu gukundwa n’abantu benshi ubu bagarutse ari bashasha baremeza y’uko baje kwemeza aba fans babo bakomeje kwiyumvira iyo boba baragiye rero bagarutse bazanye ibintu bishasha  ivyo bintu n’indirimbo nshasha ndundi yabo bagomba gusohora muminsi irimbe kuko baramaze kwinjira muri Studio kuyikora ikazoza iryoshe gose barabateguza abanywanyi mu muziki w’uburundi ntumuzotangwe kuyumva.

Chris na Junoir mugacerere kabo bari bamazemwo batumvikana mu muziki w’uburundi wuno mwaka muba fans babo mugiye kwibonera insiguro y’agacerere kabo barimwo nivyo bariko barako bagutegurira n’uko bakuzaniye iyo ndirimbo nshasha ikaze izoba ari Audio & Video bizosohokerarimwe nkuko bakarangiza bavuga ko ba bakunda niyo mpamvu bagomba kubanezera bakabereka ico barimwo gukora mu gihe kinini c’agacerere kabo barimwo.

13131517_1018279388253152_7776502946821449510_oTwashobora kugerageza kubarondera amakuru agezweho yabo bana CHRIS na Junoir bafise ingabirano izodasanzwe mu muziki w’uburundi  nkuko bari mu baririmvyi bakomeye mu muziki ndundi bakundwa twegera umwe mu bantu basanzwe abakwikirana ibikorwa vyabo avuga y’uko indirimbo nshasha ndundi irihari yabo baririmvyi  bazaniye aba fans babo uno mwaka izoba yitwa DUTAMBE  niyo ndirimbo bazoca bakorerana Video 2016.

Aba fans ba Chris na Junior ngo mwagumye munyotewe gusubira kubumva muraguma hafi bagarutse ari bashasha mu muziki w’uburundi mu kubanezera mubikorwa bishasha vyabo bizobanezera nkuko bamye babikora mu myaka yahera nk’umwaka 2015 barangije mugusohora Video y’indirimbo NGWINO remix yashimishije benshi ndetse n’igihangange c’umuziki w’uburundi,Umuririmvyi Big Fizzo yahavuye baha icubahura uno mwaka babwira ngo :” Much respect to these kids Chris & Junior… Ngwino remix

13131224_2119155865029633_6096702908994741052_oUri munywanyi w’umuziki w’uburundi ukunda ibikorwa vy’abaririmvyi CHRIS na JUNIOR k’ukuntu bakuryohera ubumvise mundirimbo canke muri Video ubonamwo woba urindiranye igishika cinshi indirimbo nshasha ndundi bise DUTAMBE yuno mwaka bavugako bazohora ari Audio & Video mu kayumviriza mwongera muyiraba .

Mu fans wa bano baririmvyi Chris na Junior ushobora gutangura kubaha ikaze kubona bagarutse mu muziki w’uburundi mu mwaka 2016 ari bashasha ubanyotewe kubumva mundirimbo zabo nyuma y’agacerere bari bamazemwo utabumva  ariko ngo bagarutse n’ibintu bishasha wumva wobabwira ikajambo kabatera intege kavuga gute mu kubaha ikaze?

Ngwino Remix By Chris & Junior

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s