BURUNDI MUSIC Vs RWANDA MUSIC:_n’abahe aba Artist nimirwi yabo bamaze gutera imbere mu muziki wa East Africa?


Uno munsi twakuzaniye urutonde rwaba Artist hamwe nimirwi yabo bagize ibihugu bibiri bivandimwe bitatanguriye rimwe umuziki  n’iguhBurundi nu Rwanda nk’umunywanyi w’indirimbo zabo bakounda gukora hamwe nama Video ubona ari abahe baza mu kibanza cambere bagushimisha kandi bakomeje kwamamara mu muziki wa East Africa.

Tangura ushikirize iciyumviro cawe hagati yaba Artist bagize bino bihugu ubona ari bande basumba abandi gutera imbere  umuziki w’ihuhugu cabo  mwandike BURUNDI cangwe RWANDA niho uba utanze inyishu nziza yerekana ko basumba abandi cane mu buhinga n’ugutera imbere  mu bikorwa bakora mu muziki w’ibihugu bigize East Africa ?

Turaguha amazina yaba Artist uvuge abariko barakora neza cane uno mwaka haba gukora ibiteramo iwabo mugihugu no hanze y’igihugu batibagiye indirimbo banasohora nizo bimirije gusohora bamaze kubateguza nkaba fans babo.

ARTIST  BURUNDI hariho :

Screen-Shot-2015-04-26-at-1.42.29-PM-600x600
Kidum Kibido
1454809757_hobe10
BIG FIZZO
1419695773_8.jpg
LOLILO LIZZO
10368210_699024653543146_3186919546103736821_n
SAT-B
Natacha Burundi Music
NATACHA
masoja
MASODJA YERO YERO

ARTIST RWANDA hariho:

1431676429_muneza_christophe
Christopher
arton65998
Kitoko
m_2
Meddy
a0f3601dc682036423013a5d965db9aa
knowless
1424458992e
Bruce Melodie
Urban-Boys1
Urban Boys

Mbega munywanyi w’umuziki wa East Africa wabino bihugu bibiri BURUNDI na RWANDA mu muziki ni bande begeze ku ntabwe ya kure  ishimishije bamaze gutera imbere  n’ukumenyekanisha igihugu cabo ibulaya uravye mwa bano ba Artist bagize urutonde kumpande zose hagati yabo bakomakomeye cane nkuko ukunze kubita n’ibihuhangange wemera?

Mbega hoho u Burundi n’u Rwanda nabahe aba Artist  harimwo nimirwi yabo bashoboye kurusha abandi mu gukora umuziki muri East Africa canke n’uwahe asumba abandi bose atuma ateza imbere umuziki w’iguhugu ciwe uravye ivyamaze gukora uno mwaka 2016  n’iyindi myaka iheze  ntimwitinye guterera ivyiyumviro vyanyu bantu bakunda ibikorwa vyabo ?

Akabazo twokubaza nkaba  fans babo  mumaze mu kurikirana ibikorwa vy’indirimbo hamwe n’ibiteramo bakora ubona ari abahe basumba abandi ubuhinga butuma bateza imbere umuziki w’uburundi mwabo twaguhaye kurutonde uraheza wandike iciyumviro cawe unavuge igihugu kimaze gutera itabwe ikomeye mu muziki w’uburundi mbega ni cahe wibazako catanguye umuziki imbere yikindi ariko ubu kikaba kiri imbere kubera ukuntu abaririmvyi n’abaririmvyikazi baho bakora na ishaka ryinshi?

Advertisements

One thought on “BURUNDI MUSIC Vs RWANDA MUSIC:_n’abahe aba Artist nimirwi yabo bamaze gutera imbere mu muziki wa East Africa?

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s