Hitamwo gutora indirimbo nshasha ndundi ukunda uherutse kumviriza uyinjize muri” THE TOP 5 MUSIC BURUNDI”


Banywanyi b’indirimbo nshasha ndundi ziheruka gusohoka uno mwaka 2016 ukazumviriza zakoze abaririmvyi hamwe n’abaririmvyikazi bashoboye kuzishira k’umugaragaro mu kazumviriza murazishima cane mubabwira ko bazikoze neza twobabwira y’uko uno mwanya ni umwanya wawe wo gutora iyo ukunda yakuryoheye kurusha izindi zose mwazino tuguhaye k’urutonde rw’indirimbo 10 ndundi nshasha ziheruka gusohoka.

Mu fans w’umuririmvyi canke Umuririmvyikazi mu gutora uza kwandika igiharuro c’indirimbo ndundi nshasha ukunda uyandike muri COMMENTS ngaho uzoba uhejeje kuyitore mu kuyiha amahirwe uyinjize muri THE TOP 10 MUSIC BURUNDI abaza gutora cane indirimbo nshasha ndundi imwe bakayihurirako mu kuyitora niyo izoba ifashe ikibanza cambere igaca ikwirikirwa nizindi ziba zatowe tuzobamenyesha vuba indirimbo ndundi nshasha mwatoye mwazihaye ayo mahirwe tangura gutora hariho iyitwa:

1.Mfise Irungu By Cycy Ft Patrickson

13012724_1733933630153747_4193719478449044117_n

2.Ndi Tro Top By Thity Love

13133230_210487986002235_2280876811404901197_n3.Sinkurekura By Walidi

10005961_1698739547030189_2023813279922918884_o

4.Ushaka Nsare By Mt Number One Ft Masdoja Yero Yero

13096285_619833598168293_2841479939770955904_n

5.Yarantaye By Msamalia

13178998_1601282166866201_5296537533281815899_n

6.My Joy By Rally Joe 

923022_257742741034913_724680958_n

7.Utaipenda By Gaga Blue Ft Natacha

12961559_1087296024625452_1599976615767713809_n

8.Muganga By Preeze 36

1934235_1228176367211333_2941885619220581670_n

9.Nipe Nguvu By Kidum

12507546_1011792362221381_6933167044452322192_n

10.Abo Bana By Simumuji Team

13095760_1683907648536221_1285145368923701264_nMuheze muzumvirize mu kubandanya mushigikira Umuririmvyi n’Umuririmvyikazi yayikoze ugatuma uryoherwa nkuko aba yabiguteguje ukamubwira ayikunyarukirize ayishire k’umugaragaro isohoke uyumve kuno munsi wa gatanu dufise indirimbo ndundi nshasha zishushe twebwe turiko twibazako muhava mubura niyo mu tora kubera zose twumva zikaze mugerageze banywanyi mu muziki w’uburundi gutora mwitoze mu kuraba igiharuro ciyo wumva ukunda kurusha izindi zose uyinjize muri THE TOP 5MUSIC BURUNDI 

Advertisements

5 thoughts on “Hitamwo gutora indirimbo nshasha ndundi ukunda uherutse kumviriza uyinjize muri” THE TOP 5 MUSIC BURUNDI”

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s