DJ N.C THE BADDEST ONE abazaniye indirimbo nshasha ndundi yise”SHIKUZA” na STIKK OVERDO iyikorewe muri Studio Master Muzik


Umwe muba Dj bo mu Burundi amenyerewe n’abantu abeshi kuri Mix abavugiriza muma boit atandukanye yaha mugisagara ca Bujumbura bamuzi kw’izina DJ N.C THE BADDEST ONE anakorera muri Studio Master Muzik nshasha iheruka kuvutse mu mwaka 2016 niwe Dj wayo kandi ngo akorera nubu DJ mu ntara ya Ngozi abamenyesha ko yinjiye umwuga w’uburirimvyi mukuza azanye umuriro mwinshi mu gukora mugashima.

Atibagiye n’ukuryohera  gose abanywanyi b’indirimbo ndundi  kubera iyo ndirimbo abazaniye izobemeza kwashoboye bimwe bibashimisha kumutima kuko nawe arawukunda cane umuziki ndundi ngo waramaze kumujamwo mumaraso ubu arabateguza y’uko atanguranye namwe abazaniye indirimbo nshasha uno mwaka yizera ko izobanezera abantu abazoyumva.

13177552_2118352205109999_3451389782050001390_nArababwira abantu bashaka kuzoyumva y’uko indirimbo yiwe nshasha ndundi y’aratanguye kuyibategurira vuba hatarenze nk’indwi imwe muzoba mwayumvise kubera iratambika ikoze muri style ya ragga muzoryoherwa cane gose yara yikoze neza ubu ngo aracarindiriye umuhinyanyuzi y’ayihinyanyuye aheze kuyikorera bimwe bita Mixage kandi ayikoranye numwe mu baririmvyi bakomeye mwamenyereye mu muziki w’uburundi agize umurwi w’abaririmvyi OVERDO TEAM ni umuraperi STIKK OVERDO arapura bikomeye abantu bakaryoherwa bamwumvise.

Dj N.C The Baddest One abandanye abivuga ko yashimye ayikorane n’umuririmvyi Stikk Overdo iyo ndirimbo nshasha ndundi kubera abazoyumva bose muzoryoherwa ni mwamara kuyumva irimwo umudiho mwiza utambika ntibavyoroheje uburyo baririmvyemwo buzobashimisha kandi barabamenyesha abantu bashaka kuzoyumva mwoguma muyirindirane igishika cinshi nta gihe kirekire isigaje ayisohore ashize k’umugaragaro gusa muguma muharura iminsi isigaye ino ndwi turimwo kugira ihere.

13102625_2118341525111067_3900022454502812488_n
STIKK OVERDO

Uy’umu Dj N.C The Baddest One yakomeje ababwira na canecane abanywanyi b’indirimbo ndundi ko indirimbo yiwe nshasha ndundi muzokwama muyizi kw’izina ryitwa “SHIKUZA” ayikoreye muri Studio Master Muzik arikumwe n’umuraperi Stikk rero kubashaka kuzoyumva mube muri benshi aha bamaze kuyibazaniye bazoyisohora mu ndwi iza tugiye gutangura niho izoca itangura gusamirana ku buhingangurukanabumenyi n’ahandi hose abanywanyi mu muziki w’uburundi bakunda kumviriza indirimbo nshasha ndundi zuno mwaka 2016.

13177289_2118341485111071_9106327111011299036_n

Abanywanyi b’indirimbo nshasha ndundi ngo muraguma hafi y’indirimbo SHIKUZA ya DJ N.C THE BADDEST ONE arayibumvisha ni vuba arabibutsa ko arikumwe STIKK OVERDO kuri rap izobaryohera kumva nkuko abantu benshi baramuzi mundirimbo zitandukanye aririmba arapura bakanezerwa ngo iyo ndirimbo izobanezera nawe arayemera ukuntu bayikoze neza iraryoshe cane igisigaye n’uko ayisohora mu kuyumva nibaheza kuyikorera mixage k’umuhinyanyuzi MasterLand kuva muri Studio Master Muzik.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s