KING OF KINGS INDIRIMBO NSHASHA YO GUHIMBAZA IMANA


image

IRAPINK ni umuririmvyikazi mushasha aje atavyorosha mu kuririmba indirumbo z’Imana aho aheruka gusohora audio y’indirimbo yise KING OF KINGS arukumwe n’umuririmvyi NONTRON.

Iyo ndirimbo ikaba irumwo amajambo yo guhimbaza Imana aho bavugamwo ko atawundi boganyira iteka ryose atari Imana.

IRAPINK n’umuririmvyikazi afise umwete aho yatumenyesheje ko ariko arategura izindi ndirimbo nyinshi agiye gusohora vuba.

Yanditswe na Ezechiel 5/5/2016

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s