ASHLEY azomenyekanisha umuziki w’uburundi muri East Africa vuba mu gukora indirimbo nshasha na CHOPPAH wo muri Kenya


Umuririmvyikazi ASHELY kino gihe iyo ari mugihugu ca Kenya ahakorera bimwe bimwe mu bikorwa vyiwe vy’umuziki w’uburundi mukunda cane bibashimisha iyo abishize k’umugaragaro akora buri  muri kwezi ubu ngo agiye gukomeza ashiramwo ingumvu nyinshi cane gose mu gukomeza akora ateza imbere ibikorwa vyiwe mu kuririmba kuva munsi wa gatatu wiyindwi.

Niho y’ateguza bamwe aba fans biwe bikwitege vuba igikorwa gishasha azobaha batangure kucitegurira hakikare kandi batagure kumushigikira kugira kizogende neza nkuko abivuga azoshobora kugikora arikumwe n’uwundi muririmvyi atari umurundi mu kubamenyesha bagume hafi ni kubera agomba gusohora indirimbo nshasha ndundi iricar munzira bayindire biteguye neza banamushikire mu kuzobanezereza.
13151701_668037303334965_1725171069651182171_n Ashley ivyo yaraye abimenyesheje agomba ngo kumenyekanisha neza na neza umuziki w’uburundi mugihugu ca Kenya kiri mu bihugu vya East Africa anamaze yo amezi ashika nka 2 ahakorera ibikorwa vyiwe mu muziki ndundi nko gukora ama Karaoke atandukanye muma Club kandi iyo ndirimbo nshasha ndundi ya babwiye muyirindire iri munzira
( New Track Comming Soon) azoyikora neza muryoherwe.

Uy’umuririmvyikazi Ashley ngo ukwagomba kumenyekanisha umuziki w’uburundi muri East Africa azofashanya mu gukora iyo ndirimbo yiwe nshasha ndundi atashimye kuvuga izina yabwiye aba fans biwe bayitegurire kuyumva ngo azoyikorana numwe mu baririmvyi bakomeye bo muri Kenya mu muziki waho na East Africa nuwitwa  CHOPPAH  bazoyikorera mugisagara ca Nairobi ari naho bahuriye kugira bumvikane bakamenyana neza hama bagaheza bakumvikana ko amufashe bakorane Collabo.

10409751_10201449468876915_8818470702079548039_n

CHOPPAH wo mugihugu ca Kenya azoshobora gufasha mugukora indirimbo nshasha ndundi y’umuririmvyikazi Ashley Kuko izonashobora kubaryohera abanywanyi b’umuziki w’uburundi kubera ishobora gukora mumudiho uryosheye amatwi ikindo mwomenya y’uko Ashley ubwiwe aravuga ko amwemera cane gose nkuko mwita ISUKA [Njembe] arizera kw’iindirimbo yiwe izoshoka neza mu kuryohera aba fans biwe n’abantu bose bakunda indirimbo ndundi ndetse ishobora n’ukanamenyekana muri East Africa na canecane muri Kenya abayumviriza banaba benshi.

Uri umu fans w’umuririmvyikazi ASHLEY wishakira azokumvishe indirimbo yiwe nshasha ndundi yoba yizera y’uko izomushikana kure mu kumenyakana muri East Africa hamwe n’umukemenyekanisha w’abaririmvyikazi mu burundi hariho abigeme bashoboye umwuga nkawe n’uko arateguza abantu bose komutoja kure mugume hafi muyirindiranye igishika cinshi iraje vuba azoca ayisohora muyumve.
1380783_4794373315508_1802715411_nMbega nk’umunywanyi w’indirimbo ndundi woba uri mu bantu barindiranye igishika cinshi indirimbo nshasha ndundi y’umuririmvyikazi Ashley azokorana n’umuririmvyi CHOPPAH wo mugihugu ca Kenya cangwe uvyakiriye gute kumva bazoyikorana ikaja mundirimbo za East Africa Collabo zishobora kumenyekana nk’izindi?

MU KUYIRINDIRA BA MURARABA VIDEO 2016 NSHASHA AHERUTSE GUSOHORA UMURIRIMVYIKAZI ashley NI Y’INDIRIMBO YISE ” Africa”

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s