Date: MAY 3,2016 -Umviriza indirimbo 5 ndundi zishushe mwatowe muri THE TOP 5 MUSIC BURUNDI


THE TOP 5 MUSIC BURUNDI

Umviriza indirimbo 5 ndundi zishushe zotowe kw’igenekerezo rya 15/04/2016 namwe abanywanyi mu muziki w’uburundi kugira muzihe abahirwe ya The 5 Music Burundi zikozwe mwuno mwaka 2016 rero izashoboye gutorwa cane kubera arizo zigezweho kumvirizwa na benshi bakaryoherwa nkuko mwazitoreye kuri FACEBOOK yacu FRANCKPro n’uko vyagenze muraza kubona ukungene zagiye zirakwirikirana k’urutonde bivanye n’ukuntu zatowe ubu zamaze kumenyana zose hamwe ari 5.

Indirimbo 5 ndundi zishuhe mu muziki w’uburundi igezweho mwatoye mu kuziha amahirwe zikaja muri  THE TOP 5 MUSIC BURUND kubera umwe wese yaravye iyimuryoherwa kuruhande rwiwe nkuko muri abanywanyi b’inidimbo ndundi zasohotse uno mwaka mwaramaze kuzumvirisha kuva zigisohoka gushika nubu urutonde rwazo hariho iyafashe ikibanza ca:

Number 5.Aibu By Bienv-Fizzo

Number 4.Ndagutegereje By Kolly and N. Lee

Indirimbo ndundi ishushe igezweho yabaye  Number 3. ni yasohokeye rimwe na Audio & Video mwihangane murayumviriza munaraba Video ni Sinzohinduka By MasterLand

Number 2.Nyibutsa By Lolilo Lizzo

Number 1.Me and You By Olga Ft Big Fizzo

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s