Umwe muba fans w’abaririmvyi n’abaririmvyikazi witwa Darcy Dar’c aravuga ibintu bituma umuziki w’uburundi udatera imbere


Umwe muba fans w’abaririmvyi n’abaririmvyikazi witwa Darcy Dr’c akunda cane umuziki w’uburundi agomba y’uko wotera imbere ukamenyekana hose  wewe ababazwa n’ukuntu ngo abona uguma usubira inyuma ahejeje kugaragaza ukuri kwiwe adomako bamwe mu batuma umuziki w’uburundi ngo udatera imbere aho yanadomyeko urutoke ku baririmvyi n’abaririmvyikazi bavuga amazina yabo ukwababo batuma udatera imbere.

Kandi ntiyibagiye no kuvugamwo abamenyeshamakuru b’abarundi bakorera mumaradiyo mu Burundi bwose ngo ntibigera bakunda kuvuza cane indirimbo ndundi bazishire mu kibanza cambere ahubwo ngo bakunda kuvuza cane inyamahanga.

12196218_184390285236165_1950988651763368877_n
Umu fans DARCY DAR’C

Unomu fans DARCY DAR’C yavuze ngo:

Ngibi ibintu bitandukanye bituma umuziki ndundi udatera imbere kandi abaririmvyi babarundi badatera imbere

1.Abaririmbyi bo muri BUJA FLAVA (babarundi) ntibakunda kuririmba indirimbo zikirundi abenshi biririmbira izigiswahili,akarorero kuba Tanzania ntanumwe aririmba indirimbo yo murundi rurimi.kubwuko aba fans bawe batumva ibyo wababwiye bituma bakureka bagakunda abandi

2.Abaririmvyi babarundi ntibakunda igihugu bavukiyemwo abenshi bikundira kuja mubindi bihugu vyo hanze aho kuguma mugihugu cabo bagateza imbere igihugu cabo ( Fizzo,Sat-B,19th,Yoya Jamal ,Ashley Diva,…….)

fa2

11988522_802877376491206_7795222291624938912_n

1000064_415564821891350_1774623779_n

IMG_3584

12742238_632165013588861_1760419280291079791_n

3.Abamenyeshamakuru biburundi kumpa RADIO bakunda kwivugiriza indirimbo zo hanze yigihugu kandi izabarundi zihari nico Kiri mubituma umuziki ndundi udatera imbere akarorero kuma radio ya Tanzania nta song yahandi bashiramwo nubwo yoba ibishe gusa ikire kuba Ari iyo mugihugu cabo

4.Abaririmvyi babarundi ntibakundana,barankana cane ntibashaka yuko mugenzi wabo yotera imbere bigatuma igihugu kigira Abaririmvyi bake akarorero kuri Harmonize na Diamond.

harmonize_ft_diamond_bado videoAriko (Big Fizzo na Lolilo barakana,Akes Don na Sat b) barankana nivyo biri mubituma badatera imbere.

12647219_1691651561081363_2092454990459520143_n 10549594_283665441839991_734254159664477554_o

*Mugihe abo baririmvyi,Abamenyeshamakuru bohindura ingendo yabo ntankeka uburundi bwotera imbere

*Mu FANS wa BUJA FLAVA imihora ihari nimyinshi (Facebook,WhatsApp, Twitter,Instagram,Telegram,SnapChat,……)
Ndagusavye ukwiragize ubu butumwa kuri resaux sociaux yose woba ukoresha kugirango Abaririmvyi n’abamenyashamakuru bahinduke.

Mbebga munywanyi w’umuziki w’ikirundi ushoboye kumva ivyiyumviro vyumu fans DARCY DAR’C ashikirije abonako ar’ibintu bituma umuziki w’uburundi udatera imbere ubona yavuze ukuri canke harico nawe wokongerako kuvyoyashikirije?

UKENEYE KUMUMENYA UWO MU FANS YASHIKIJE IVYO BINTU FYONDA HANO==>> Darcy Dar’c

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s