Umuco Concert ihuriyemwo KIDUM na BIG FIZZO mugihugu ca Brussels (FULL CONCERT VIDEO 1:05:27)


Abanywanyi mu muziki w’uburundi mwamye mushaka kuraba ingene ya Umuco Concert yagenze yarimwo KIDUM na BIG FIZZO murabe Video yukungene Concert Umuco ( FULL VIDEO Umuco Concert 1:05:27) )yabereye mugihugu ca Brussels yiswe UMUCO,iyi concert ikaba yaririmwo abaririmvyi benshi batandukanye babarundi nabanyarwanda.Concert ya bereye Belgique.
 
Hari munsi wa gatandatu kw’igenekerezo rya 27/02/2016 nkuko vyari bimaze ukwezi kose bimenyeshwako ibigangange mu muziki w’uburundi bahamagajwe mugihugu c’ububirigi mugisagara ca Brussels kuhakorera igiteramo ciswe Umuco gihuza abarundi n’abanywarwanda mu gukomeza kwerekana ubuciti bwabo bafitaniye hagati y’igugu c’uburundi n’urwanda.
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s