K’umunsi mukuru wahariwe Imicokama ni Inkino mu Burundi kw’itariki 14/05/2016 niho BIG FIZZO muzoba murikumwe kuri LYCEE DU LAC TANGANYIKA mugiteramo


Isangango riregereje mu banywanyi b’umuziki w’uburundi mu kumbuye guteramishwa n’igihangange mu muziki w’uburundi ni Umuririmvyi Big Fizzo mumaze hafi umwaka wose musaba y’uko yo garuka mu Burundi agakora igiteramo mu kacitabira kubera mwaryohewe cane n’indirimbo yiwe yise “NIKO SAWA” y’asohoye umwaka 2014 hamwe n’indirimbo ABISI y’asohoye umwaka 2015 mu kwa gatandatu nyuma yirekurwa mugipolisi c’urwanda nkuko bamwagiriza guha inzoga n’itabi,umukobwa wumunyarwandakazi ngo atarakwiza imyaka yo kubinywa,izo ndirimbo zarakunzwe n’abantu benshi gushika n’ubu

Ku bari bamaze igihe kirekire bamukumbuye Big Fizzo kumbona abateramisha mugiteramo ari mu Burundi n’uko muramenyeshwa ko kw’igenekerezo rya 14/05/2016 k’umunsi mukuru wahariwe Imicokama ni Inkino (JOURNEE CULTURE & SPORTIVE) mu Burundi niho ishure rya LYCEE DU LAC TANGANYIKA ryashimye gutora umwe mu bihanganga vy’umuziki w’uburundi aabashimisha mu karyoherwa aho baca bahitamwo kumutimira azoze abateramishe mugiteramo ku munsi wa gatandatu hasigaye indwi 2 zonyene hagere gitangure.

13100934_2116747745270445_925421325984450102_n (1)Abarongoye ishure Lycee du Lac Tanganyika bashimye kuzomuzana Big Fizzo mugiteramo azokorera kwishure ryabo bamenyesha y’uko abantu mwese mushaka kuzoza kwirabira ibirori vy’ukuntu azobateramsiha ngo mutegura kuzoza mwitwaje 5000fBUhama amatike yabafata mumugongo icogiteramo bazorihishwa 15000Fbu.

Tukibandanya tubabwira igaruka ry’ihangange Big Fizzo c’umuziki w’uburundi mu kuzoza mugihugu ca mwibarutse abateramishe mundirimbo akora zibaryohera n’uko nawe y’amenyesheje aba fans biwe ko mutocikwa kuzokwishikira mugiteramo azokorera kuri Lyceee du Lac Tanganyika kw’iatriki 14/05/2016 nkuko yavyivugiye mu butumwa ngurukanabumenyi bwa whatsapp,abicishije muri video ntoya,abibamenyesha kuko azi y’uko afise aba fans benshi bamukunda kumwwita Gikundiro bakoreshwa uwomuhora niho yabamenyesheje neza bazoba barikumwe kuri LYCEE DU LAC TANGANYIKA iyo tariki nyene ntibacikwe.


Mukamenya ko ico gihangange  c’umuziki w’uburundi yaheruka mu giteramo mu gihugu ca Uganda ako yakoze ibikorwa bishimishije cane ubu aranamenyesha aba fans biwe ko bosidukana niyonka kuza guteramana nawe muri k’igiteramo azokorera kw’ishure rya Lycee du Lac Tanganyika.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s