Mbega urashaka kumenya icatumye LOLILO LIZZO akora 2emme Version y’indirimbo”NYIBUTSA mugiSwahili igakorwa?


Superstar Lolilo Lizzo kuv’aho asohoreye indirimbo yiwe nshasha Nyibutsa,aherutse kuyikora uk’ukwezi irakundwa n’abantu benshi cane gose niho yashobora gufata urugendo rukomeye rwamushikanye mugihugu ca Tanzania kuhakorera igiteramo gikomeye cane gose mugisagara ca Kigoma .

Igihangange Lolilo Lizzo,mu muziki w’uburundi amaze gushika i Kigoma ahakorera igiteramo nkuko abimenyesha y’uko ca genze neza yasanze aba Tanzania bakunda indirimbo ziwe baramutangaje ukuntu baryoheye kumva indirimbo Nyibutsa bakayikunda muga ayiririmba mururimi rwi kirundi nicokibazo bagize co kutumva ivyoyariko aririmba bituma bashaka kubimenya.

13131755_1731364640442076_8780941758921646171_o

Abi Kigomba muri Tanzania bari mugiteramo bamurorera Lolilo Lizzo kuri Stage bumviriza ingene aririmba indirimbo yiwe NYIBUTSA bararyohewe gushika aho bamusaba ayikore ubigira kabiri “2emme Version Swhili”ari mururimi batahura rwigiSwahili kubera yarabaryoheye cane gose.

Amakuru dukura hafi kwa Lolilo Lizzo aramenyesha y’uko indirimbo yiwe nshasha Nyibutsa mushobora kuyumva mururimi rwigiSwahili yitwa NIKUMBISHE ngo icatumye ikorwa aririmba mugiSwhili kubera hariho“1ere Version Kirundi”hama igihe ari Kigoma muri Tanzania n’indirimbo barayikunze cane bamusaba ko ayikora mugiSwahili kuko nirwo rurimi rusigaye ruri commercial barunzwi cane muri East Africa.

Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s