Kuri The Mirror Rwanda ngo BIG FIZZO na CHARLY NINA ntibateramishije abantu mugiteramo ca Chameleone na Dj Pius banse n’ukririmba


Amakuru agezweho mu muziki wa East Africa adushikiriye ubunyene yuno munsi w’Imana birakomeye cane gose inyuma yaho hamenyekanye ko igihangange c’umuziki w’uburundi umu Superstar Big Fizzo ko yatumiwe mugiteramo kidasanzwe  gikoreye mugihugu c’u Rwanda categuwe mugishira k’umugaragaro rya Video nshasha y’indirimbo Agatako y’umuririmvyi Dj Puis wo mu Rwanda  yakoranye n’igihangange c’umuziki muri Africa ariwe Superstar Jose Chameleona hari uuno munsi W’Imana kw’igenekerezo rya 01/05/2016 kuri The Mirror Rwanda.

Abantu bahaje kuri The Mirror Rwanda  bavuga y’uko  babaye cane kuko  bari bamundiranye igishika cinshi umu Superstar Big Fizzo abateramishe mugiteramo hamwe n’abahanzikazi CHARLY & NINA bakoranye Video INDORO  bakabandanya bavuga  ivyahabeye ntibirashobora uno munsi ntibarashobora kubitahura bari neza y’uko baje guteramishwa nabo ntivyakunze bakavuga  rero ntibarashobora kumenya impamvu vyabaye uko bakanka kubaririmbira.
1461999149_dsc_0162Ivyahabaye kuri The Mirror Rwanda ngo kubona Supersta Big Fizzo na Charly & Nina batigeze bateramisha cangwe baririmbire abo ba fans babo bishikiye kwirabira ingene babaryohera bakabica bigacika ntibahavuye babikora ahubwo baranse gukora igiteramo nkuko  abantu benshi bababonye bagaragaraye kukirangagiteramo cishirwa k’umugaragaro  rya Video nshasha AGATAKO ya Dj Pius na Chameleone.
Ngo abanyarwanda bishikiye mugiteramo cishirwa k’umugaragaro rya Video AGATAKO  kuri The Mirror Rwanda baremeza neza y’uko biboneye imbonankubone n’amaso kuyandi babona Superstar Big Fizzo hamwe n’abahanzikazi Chalry & Nina bahaje baricara bararaba ukuntu bagenzi babo bateramisha aba fans babo abantu aho cakomeje kuba gushika gihere bakiraho bose kandi ntibigeze banafata imicro baririmbe bahaguke nagatoya bateramishe abahishikiye niko vyagenze baranse kubateramisha.
1462080485_dsc_0327
Nkuko igiteramo cabaye  kibaye n’uko kugeze unomwanya ntiharashobora kumenyekana impavu zabitumye kuba Big Fizzo na Charly & Nina baje mugiteramo kuri The Mirror Rwanda ntibateramishe abanywarwanda n’abandi bantu bahaje kuberabo bakunda ukuntu babashimisha bakabaryohera mugihe baririmvye indirimbo Indoro ibica bigacika icabatangaje nukubona baragaragaraye kukirangagiteramo muba ntibaririmbe.
Kandi ngo ntiharamenyekana ingorane zoba zabitumye canke ikintu catumye Big Fizzo na Charly & Nina badateramisha abantu babaririmbira canke nimba hariho ingorane zoba zarahaye n’abatunganije igiteramo cishirwa k’umugaragaro Video Agatako ya Dj Pius arikumwe na Dr. Jose Chameleone icabitumye banka guteramisha naba fans babo bashikiye mu kibanza The Mirror Rwanda ca bereyemwo icogiteramo.
13095793_928905467228383_489307425080838683_n
IKIRANGAGITERAMO CEREKANA Big Fizzo NA Charly & Nina BARI GUTERAMISHA ABANTU BISHIKIYE KURI Mirror Rwanda KURUYU W’IMANA ITARIKI 01/05/2016
Advertisements

Andika ngaho iciyumviro cawe ntutangwe

Fill in your details below or click an icon to log in:

WordPress.com Logo

You are commenting using your WordPress.com account. Log Out / Change )

Twitter picture

You are commenting using your Twitter account. Log Out / Change )

Facebook photo

You are commenting using your Facebook account. Log Out / Change )

Google+ photo

You are commenting using your Google+ account. Log Out / Change )

Connecting to %s