NYANZA-LAC :_mwateguriye igiteramo gikomeye na J.MARIE MUCO c’ubutumwa bwiza bw’Imana itariki 17/12/2016 avuye mugihugu ca Zambie


  Umuririmvyi J.MARIE MUCO akora umuziki w’uburundi kuruhande rw’indirimnbo za Gospel Burundi zirimwo ubutumwa bwiza bw’Imana buhezagira abantu batari bakeya harimwo naba fans biwe aho asanzwe aba mugihugu ca ZAMBIE muga yavukiye mugihugu c’uburundi muntara ya MAKAMBA muri Komenine NYANZA-LAC ahitwa BUHEKA nuko kinogihe ari mumyiteguro idasanzwe yogutahuka mugihugu kuhakorera igiteramo gikomeye c’ubutumwa bwiza bw’Imana aravuga ko kizobera ahosanzwe avuka arateye akamo abantu bose. Atibagiye aba … Continue reading NYANZA-LAC :_mwateguriye igiteramo gikomeye na J.MARIE MUCO c’ubutumwa bwiza bw’Imana itariki 17/12/2016 avuye mugihugu ca Zambie

RACHLY niwe umuririmvyikazi wambere azokora VIDEO nshasha k’ubuntu izobemeza muyibonye akorewe muri COMPANY THE CLASSICO


M’ukwezi guheze itariki 29/10/2016 niho Company The Clssico yashoboye gushira ahagaragara icese gikuru nco gutanguza ibikorwa bishasha vyayo mugihugu c’uburundi bijanye na VIDEO PRODUCTION na PHOTOGRAPH rero hari haciye  ukwezi kose bibaye kandi uyirongoye ariwe benshi bazi kw’izina rya FRANCK Pro yaramenyesheje umuntu wese ashaka  Promotion k’ubuntu  bakamukorera  VIDEO. Na PHOTOS adatanze amafaranga azoze ntakibazo mu ntumbero yo kumuteza imbere nk’umurundi n’umurundikazi afise ingabirano  mubikorwa akora … Continue reading RACHLY niwe umuririmvyikazi wambere azokora VIDEO nshasha k’ubuntu izobemeza muyibonye akorewe muri COMPANY THE CLASSICO